Luka 11:31 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 31 Ku musi w’urubanza, wa mwamikazi wo mu bumanuko+ azozukira rimwe n’abantu b’uru runganwe abatsindishe, kuko yaje avuye ku mpera y’isi kugira yumve ubukerebutsi bwa Salomo. Ariko ng’aha hari uwuruta Salomo+.
31 Ku musi w’urubanza, wa mwamikazi wo mu bumanuko+ azozukira rimwe n’abantu b’uru runganwe abatsindishe, kuko yaje avuye ku mpera y’isi kugira yumve ubukerebutsi bwa Salomo. Ariko ng’aha hari uwuruta Salomo+.