Luka 11:32 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 32 Ku musi w’urubanza, abantu b’i Ninewe bazozukira rimwe n’abantu b’uru runganwe, kandi bazobatsindisha kuko bigaye aho bumviye ivyo Yona yamamaza+. Ariko ng’aha hari uwuruta Yona.
32 Ku musi w’urubanza, abantu b’i Ninewe bazozukira rimwe n’abantu b’uru runganwe, kandi bazobatsindisha kuko bigaye aho bumviye ivyo Yona yamamaza+. Ariko ng’aha hari uwuruta Yona.