Luka 12:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Ahubwo reka ndababwire uwo mukwiye gutinya: nimutinye umwe afise ububasha bwo kwica umuntu agaca amuterera no muri Gehena*+. Emwe ndabibabwiye, uwo abe ari we mutinya+.
5 Ahubwo reka ndababwire uwo mukwiye gutinya: nimutinye umwe afise ububasha bwo kwica umuntu agaca amuterera no muri Gehena*+. Emwe ndabibabwiye, uwo abe ari we mutinya+.