Luka 12:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Aca abwira abigishwa biwe ati: «Ni co gituma ndababwiye nti: Nimureke kwiganyira ku vyo muzorya canke ivyo muzokwambara+. Luka Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 12:22 Yezu ni inzira, rup. 180-181
22 Aca abwira abigishwa biwe ati: «Ni co gituma ndababwiye nti: Nimureke kwiganyira ku vyo muzorya canke ivyo muzokwambara+.