Luka 12:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Raba ingene amashurwe y’amalisi akura: ntacumukura canke ngo ajishe impuzu. Ariko ndababwiye ko na Salomo ari Salomo mu bwiza* bwiwe atari asharije nka rimwe muri yo+.
27 Raba ingene amashurwe y’amalisi akura: ntacumukura canke ngo ajishe impuzu. Ariko ndababwiye ko na Salomo ari Salomo mu bwiza* bwiwe atari asharije nka rimwe muri yo+.