Luka 12:36 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 36 Mukwiye kumera nk’abantu barindiriye ko shebuja agaruka+ avuye ku rubanza rw’ubugeni+, kugira ngo ashitse akadodora, ubwo nyene bace bamwugururira.
36 Mukwiye kumera nk’abantu barindiriye ko shebuja agaruka+ avuye ku rubanza rw’ubugeni+, kugira ngo ashitse akadodora, ubwo nyene bace bamwugururira.