Luka 12:37 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 37 Harahiriwe abashumba shebuja niyashika azosanga bari maso! Ni ukuri ndabibabwiye, azokwitegura*, abicarike ku meza hanyuma aze abazimane.
37 Harahiriwe abashumba shebuja niyashika azosanga bari maso! Ni ukuri ndabibabwiye, azokwitegura*, abicarike ku meza hanyuma aze abazimane.