Luka 12:45 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 45 Ariko uwo mushumba niyibwira ati: “Databuja aratevye kuza”, hanyuma agatangura gukubita abasuku n’abasukukazi, kurya, kunywa no kuborerwa+, Luka Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 12:45 Yezu ni inzira, rup. 182, 259
45 Ariko uwo mushumba niyibwira ati: “Databuja aratevye kuza”, hanyuma agatangura gukubita abasuku n’abasukukazi, kurya, kunywa no kuborerwa+,