-
Luka 12:54Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
54 Abwira n’iryo sinzi ry’abantu ati: «Iyo mubonye igicu giserutse mu burengero, ubwo nyene muca muvuga muti: “Haraza kuba igihuhusi”, kandi ni ko bigenda.
-