Luka 12:58 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 58 Nk’akarorero, igihe ujanye n’uwo muburana ku mutware, nugerageze gutorera umuti ingorane mufitaniye mukiri mu nzira, kugira ntahave agushikiriza umucamanza, umucamanza akagushikiriza uwucunga ibohero, uwucunga ibohero na we akaguta mu gasho+.
58 Nk’akarorero, igihe ujanye n’uwo muburana ku mutware, nugerageze gutorera umuti ingorane mufitaniye mukiri mu nzira, kugira ntahave agushikiriza umucamanza, umucamanza akagushikiriza uwucunga ibohero, uwucunga ibohero na we akaguta mu gasho+.