Luka 13:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 «Mwihate cane kugira muce mu muryango waga+. Ndababwiye ko benshi bazorondera kuwucamwo ariko ntibabishobore. Luka Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 13:24 Yezu ni inzira, rup. 192
24 «Mwihate cane kugira muce mu muryango waga+. Ndababwiye ko benshi bazorondera kuwucamwo ariko ntibabishobore.