Luka 14:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Araheza ababwira ati: «Ni nde muri mwebwe hamwe umwana wiwe canke impfizi yiwe yogwa mu kinogo c’amazi+, atoca abikurayo ubwo nyene ku musi w’isabato+?»
5 Araheza ababwira ati: «Ni nde muri mwebwe hamwe umwana wiwe canke impfizi yiwe yogwa mu kinogo c’amazi+, atoca abikurayo ubwo nyene ku musi w’isabato+?»