-
Luka 14:9Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
9 Maze uwabatumiye mwese akaza, akakubwira ati: “Bisa uyu muntu muri ico kibanza.” Uzoca uva ng’aho n’ibimaramare, uje kwicara mu kibanza c’inyuma y’ibindi vyose.
-