Luka 14:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Ariko nibagutumira, uragenda wiyicarire mu kibanza c’inyuma y’ibindi vyose, kugira ngo uwagutumiye niyaza akubwire ati: “Mugenzi, igira hariya imbere.” Uzoheza ugire iteka imbere y’abandi batumire bose+. Luka Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 14:10 Umunara w’Inderetsi,15/8/2010, rup. 3
10 Ariko nibagutumira, uragenda wiyicarire mu kibanza c’inyuma y’ibindi vyose, kugira ngo uwagutumiye niyaza akubwire ati: “Mugenzi, igira hariya imbere.” Uzoheza ugire iteka imbere y’abandi batumire bose+.