Luka 14:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Ahubwo niwagira umusi mukuru, uze utumire aboro, abatagira amaguru canke amaboko, abacumbagira n’impumyi+. Luka Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 14:13 Umunara w’Inderetsi,1/8/2009, rup. 20-21
13 Ahubwo niwagira umusi mukuru, uze utumire aboro, abatagira amaguru canke amaboko, abacumbagira n’impumyi+.