Luka 14:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Yezu amwishura ati: «Umuntu umwe yarateguye inzimano zidasanzwe*+ hanyuma atumira abantu benshi. Luka Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 14:16 Yezu ni inzira, rup. 194-195