Luka 14:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Ariko bose batangura kuzana ivyitwazo+. Uwa mbere amubwira ati: “Naguze itongo, none ngira nje kuriraba. Ndagusavye untunge.” Luka Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 14:18 Yezu ni inzira, rup. 194-195
18 Ariko bose batangura kuzana ivyitwazo+. Uwa mbere amubwira ati: “Naguze itongo, none ngira nje kuriraba. Ndagusavye untunge.”