-
Luka 14:22Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
22 Uwo mushumba agarutse, abwira shebuja ati: “Databuja, ivyo wantegetse nabikoze, ariko haracariho ikibanza.”