Luka 15:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Hanyuma ashitse muhira, ahamagara abagenzi biwe n’ababanyi, akababwira ati: “Nimunezeranwe nanje, kuko natoye intama yanje yari yatakaye+.”
6 Hanyuma ashitse muhira, ahamagara abagenzi biwe n’ababanyi, akababwira ati: “Nimunezeranwe nanje, kuko natoye intama yanje yari yatakaye+.”