Luka 15:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 kuko uyu muhungu wanje yari yapfuye, none yasubiye kuba muzima+. Yari yatakaye, none yabonetse.” Baca batangura kuryoherwa.
24 kuko uyu muhungu wanje yari yapfuye, none yasubiye kuba muzima+. Yari yatakaye, none yabonetse.” Baca batangura kuryoherwa.