-
Luka 15:29Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
29 Yishura se wiwe ati: “Raba imyaka yose maze ndagushumbira, kandi sinigeze ndenga kw’itegeko ryawe. Ariko ntiwigeze umpa n’akagazi k’impene ngo nezeranwe n’abagenzi banje.
-