-
Luka 15:32Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
32 Ariko ntitwari kureka kugira umusi mukuru no kunezerwa, kuko mwenewanyu yari yarapfuye, none yasubiye kuba muzima. Yari yaratakaye, none yabonetse.”»
-