Luka 17:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Umukama na we azishura ati: «Iyaba mwari mufise ukwizera kungana n’agatete ka sinapi, mwobwira iki giti c’umukere wirabura muti: “Randuka wibadike mu kiyaga!”, kandi wobagamburukira+.
6 Umukama na we azishura ati: «Iyaba mwari mufise ukwizera kungana n’agatete ka sinapi, mwobwira iki giti c’umukere wirabura muti: “Randuka wibadike mu kiyaga!”, kandi wobagamburukira+.