-
Luka 17:7Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
7 Hamwe umwe muri mwebwe yoba afise umushumba amurimira canke amuragirira ibitungwa, mbega yomubwira atashe avuye mu murima ati: “Nyaruka ku meza ufungure”?
-