Luka 17:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Kandi abantu bazobabwira bati: ‘Raba ari hariya!’, canke bati: ‘Raba ari hano!’ Ntimuze mujeyo canke ngo mubakurikire+. Luka Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 17:23 Yezu ni inzira, rup. 218
23 Kandi abantu bazobabwira bati: ‘Raba ari hariya!’, canke bati: ‘Raba ari hano!’ Ntimuze mujeyo canke ngo mubakurikire+.