Luka 17:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Kuko kuri uwo musi*+ Umwana w’umuntu+ azomera nk’umuravyo urabiriza mu gice kimwe c’ijuru ugashika mu kindi. Luka Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 17:24 Yezu ni inzira, rup. 218 Umunara w’Inderetsi,15/12/2006, rup. 25-26
24 Kuko kuri uwo musi*+ Umwana w’umuntu+ azomera nk’umuravyo urabiriza mu gice kimwe c’ijuru ugashika mu kindi.