Luka 17:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 abantu bararya, bakanywa, abagabo bakarongora n’abagore bagashingirwa, gushika umusi Nowa yinjira mu bwato+. Hanyuma umwuzure uraza, ubatikiza bose+. Luka Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 17:27 Yezu ni inzira, rup. 218-219
27 abantu bararya, bakanywa, abagabo bakarongora n’abagore bagashingirwa, gushika umusi Nowa yinjira mu bwato+. Hanyuma umwuzure uraza, ubatikiza bose+.