-
Luka 17:31Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
31 Kuri uwo musi, uwuzoba ari hejuru ku nzu ariko ibintu vyiwe bikaba biri mu nzu, ntaze yururuke kubitora, kandi n’uwuzoba ari mu murima ntaze agaruke ku bintu yasize inyuma.
-