Luka 17:34 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 34 Ndabibabwiye: muri iryo joro abantu babiri bazoba bari ku gitanda kimwe, umwe ajanwe ariko uwundi asigare+. Luka Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 17:34 Yezu ni inzira, rup. 219
34 Ndabibabwiye: muri iryo joro abantu babiri bazoba bari ku gitanda kimwe, umwe ajanwe ariko uwundi asigare+.