Luka 18:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Mugabo wa mutozakori ahagarara nka hariya, ntiyashaka no kuraramura amaso ngo arabe mw’ijuru. Aguma yikubita ku gikiriza, avuga ati: “Ewe Mana, ngirira ikigongwe* jewe umucumuzi+.”
13 Mugabo wa mutozakori ahagarara nka hariya, ntiyashaka no kuraramura amaso ngo arabe mw’ijuru. Aguma yikubita ku gikiriza, avuga ati: “Ewe Mana, ngirira ikigongwe* jewe umucumuzi+.”