Luka 18:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Mugabo Yezu ahamagara abo bana maze avuga ati: «Nimureke abo bana baze aho ndi. Ntimubabuze, kuko Ubwami bw’Imana ari ubw’abameze nk’abo+. Luka Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 18:16 Yezu ni inzira, rup. 222
16 Mugabo Yezu ahamagara abo bana maze avuga ati: «Nimureke abo bana baze aho ndi. Ntimubabuze, kuko Ubwami bw’Imana ari ubw’abameze nk’abo+.