Luka 19:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Avuga ati: «Umuntu umwe wo mu muryango uhambaye yarafashe urugendo aja mu gihugu ca kure+ kwimikwa ngo abe umwami, hanyuma aheze agaruke. Luka Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 19:12 Yezu ni inzira, rup. 232
12 Avuga ati: «Umuntu umwe wo mu muryango uhambaye yarafashe urugendo aja mu gihugu ca kure+ kwimikwa ngo abe umwami, hanyuma aheze agaruke.