Luka 19:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Amaherezo, aho agarukiye yamaze kugirwa umwami*, aca atumako ba bashumba yaha amahera* kugira arabe ivyo bungutse mu rudandaza rwabo+.
15 Amaherezo, aho agarukiye yamaze kugirwa umwami*, aca atumako ba bashumba yaha amahera* kugira arabe ivyo bungutse mu rudandaza rwabo+.