Luka 20:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Igihe kigeze, atuma umushumba kuri ba barimyi kugira bamuhe ku mwimbu w’imizabibu. Ariko abo barimyi baca baramukubita+, hanyuma bamurungika iminwe misa. Luka Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 20:10 Yezu ni inzira, rup. 246-247
10 Igihe kigeze, atuma umushumba kuri ba barimyi kugira bamuhe ku mwimbu w’imizabibu. Ariko abo barimyi baca baramukubita+, hanyuma bamurungika iminwe misa.