Luka 20:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Yezu aca arabitegereza, maze avuga ati: «None iki canditswe kivuga ngo: “Ibuye abubatsi bataye ryahavuye riba ibuye nyamukuru rigumya imfuruka*+”, gisobanura iki? Luka Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 20:17 Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),12/2017, rup. 9-10
17 Yezu aca arabitegereza, maze avuga ati: «None iki canditswe kivuga ngo: “Ibuye abubatsi bataye ryahavuye riba ibuye nyamukuru rigumya imfuruka*+”, gisobanura iki?