Luka 20:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Muri uwo mwanya nyene, abanditsi n’abakuru b’abaherezi baca barondera kumufata, kuko bari babonye ko ari bo yariko aravuga mu gutanga ico kigereranyo. Ariko batinya abantu+.
19 Muri uwo mwanya nyene, abanditsi n’abakuru b’abaherezi baca barondera kumufata, kuko bari babonye ko ari bo yariko aravuga mu gutanga ico kigereranyo. Ariko batinya abantu+.