-
Luka 20:26Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
26 Ntibashobora rero kumufatira mu vyo avuga imbere y’abantu. Ahubwo batangazwa n’inyishu atanga, ntibasubira kuronka ico bavuga.