Luka 20:36 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 36 Mbere ntibashobora no gusubira gupfa, kuko baba bameze nk’abamarayika, kandi bazoba abana b’Imana biciye kw’izuka*. Luka Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 20:36 Umunara w’Inderetsi,15/8/2014, rup. 29-30
36 Mbere ntibashobora no gusubira gupfa, kuko baba bameze nk’abamarayika, kandi bazoba abana b’Imana biciye kw’izuka*.