Luka 22:42 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 42 avuga ati: «Dawe, nimba ubishaka, igiza iki gikombe kure yanje. Ariko rero ntihabe ivyo ngomba, ahubwo habe ivyo wewe ugomba+.» Luka Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 22:42 Yezu ni inzira, rup. 282 Umwigisha, rup. 43
42 avuga ati: «Dawe, nimba ubishaka, igiza iki gikombe kure yanje. Ariko rero ntihabe ivyo ngomba, ahubwo habe ivyo wewe ugomba+.»