-
Luka 22:56Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
56 Umusukukazi umwe amubonye yicaye iruhande y’umuriro uriko uramumurika, aca aramwitegereza neza maze avuga ati: «Uyu mugabo na we nyene yari kumwe na we.»
-