-
Luka 22:59Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
59 Haciye nk’isaha imwe, uwundi muntu atangura kumwemeza ati: «Ni ukuri, uyu mugabo na we nyene yari kumwe na we. Nakare ni Umunyagalilaya!»
-