Luka 22:66 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 66 Bukeye, abagize inama y’abashingantahe b’iryo hanga bakoranira hamwe, ni ukuvuga abakuru b’abaherezi n’abanditsi+. Binjiza Yezu mu ngoro y’Inama nkuru, bamubwira bati: Luka Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 22:66 Yezu ni inzira, rup. 290
66 Bukeye, abagize inama y’abashingantahe b’iryo hanga bakoranira hamwe, ni ukuvuga abakuru b’abaherezi n’abanditsi+. Binjiza Yezu mu ngoro y’Inama nkuru, bamubwira bati: