Luka 23:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Abo bantu bose rero baca barahaguruka, bamujana kwa Pilato+.