Luka 23:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Batangura kumwagiriza+ bati: «Twasanze uyu muntu ariko aragumura ihanga ryacu yongera abuza abantu kuriha ikori Sezari+, kandi yiyita ngo ni Kristu umwami+.» Luka Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 23:2 Yezu ni inzira, rup. 291 Umunara w’Inderetsi,1/4/2011, rup. 21 Senga Imana, rup. 160-161 Abahurikiye hamwe, rup. 162-163
2 Batangura kumwagiriza+ bati: «Twasanze uyu muntu ariko aragumura ihanga ryacu yongera abuza abantu kuriha ikori Sezari+, kandi yiyita ngo ni Kristu umwami+.»
23:2 Yezu ni inzira, rup. 291 Umunara w’Inderetsi,1/4/2011, rup. 21 Senga Imana, rup. 160-161 Abahurikiye hamwe, rup. 162-163