-
Luka 23:5Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
5 Mugabo baguma bavuga bashimitse bati: «Agenda aragumura abantu mu kwigisha i Galilaya hose. Yahereye i Yudaya, none yashitse no ng’aha.»