Luka 23:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Amaze kumenya neza ko yava mu karere Herodi+ atwara, aca amurungika kwa Herodi, kandi na we nyene yari i Yeruzalemu muri iyo misi. Luka Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 23:7 Yezu ni inzira, rup. 292
7 Amaze kumenya neza ko yava mu karere Herodi+ atwara, aca amurungika kwa Herodi, kandi na we nyene yari i Yeruzalemu muri iyo misi.