Luka 23:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 maze ababwira ati: «Mwanzaniye uyu mugabo mumwagiriza ko agumura abantu. Nanje namusambishirije imbere yanyu, ariko nta kirego na kimwe nabonye gifashe mu vyo mumwagiriza+.
14 maze ababwira ati: «Mwanzaniye uyu mugabo mumwagiriza ko agumura abantu. Nanje namusambishirije imbere yanyu, ariko nta kirego na kimwe nabonye gifashe mu vyo mumwagiriza+.