Luka 23:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Baguma basemerera, basaba bashimitse yuko yomanikwa ku giti, ku buryo induru yabo imugondoza+.