Luka 23:29 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 kuko hazogera igihe aho abantu bazovuga bati: “Hahiriwe abagore b’ingumba, abatigeze baronka abana n’abatigeze bonsa+!”
29 kuko hazogera igihe aho abantu bazovuga bati: “Hahiriwe abagore b’ingumba, abatigeze baronka abana n’abatigeze bonsa+!”