Luka 23:50 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 50 Maze hariho umugabo yitwa Yozefu, yari mu bagize Inama nkuru, akaba yari umuntu mwiza kandi w’umugororotsi+. Luka Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 23:50 Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),10/2017, rup. 18
50 Maze hariho umugabo yitwa Yozefu, yari mu bagize Inama nkuru, akaba yari umuntu mwiza kandi w’umugororotsi+.